Mu gihe umwaka w‘ishure watanguzwa n‘umushikiranganji w‘indero kuri uyu wa mbere kw’ishure ry‘akarorero ryo mu Rusengo, mu ntara ya Ruyigi, kari n’akaryo...
Kuri uwu wa 1 Nyakanga 2020, ku murwa mukuru wa komine Kabezi, mu ntara ya Bujumbura, umugwi w’abahinga ujejwe ishirwa mu ngiro...
Kw’igenekerezo rya 17 ni rya 18 Ruheshi 2020, i Bugenyuzi mu ntara ya karusi, ishirahamwe Cordaid, ribicishije mu mugambi Menyumenyeshe, ryaratunganije uruganda...
Kwimenya, kwiha agaciro, kugira amahangiro, kwivyukiranya, gutahura ubuyabaga kubungabunga amagara no kugira isuku ni zimwe mu nkingi shingiro zigize ubushobozi bwo kwibeshaho....
Inyuma y’aho inkombe z’uruzi Rusizi zirengerewe biturutse ku mvura idasanzwe yaguye maze rwiyarira mu mazu y’abantu amashure n’insengero bikarengerwa, Georges Nzeyimana umuyobozi...
Ku mashure menshi yo hagati mu gihugu haribonekeza cane ubukene bw’amazi butuma isuku ku magara y’abanyeshure ahungabana. Ni amakuru yatohojwe mu ntara...
Uburyo Reta y’Uburundi itegekanya kuzokoresha mu mwaka wa 2020-2021 buheruka kwemezwa n’inama nshingamateka ku bice 100% : igihengeri c’imiriyaridi 153,2 Fbu ni co...
Ibitabu birimwo inkuru zanditswe mu rurimi rw’ikirundi ntibishemeye cane mu Burundi bivanye n’uko abanditsi canke abipfuza kwandika muri urwo rurimi babiheba ku...
Kuva aho ikiza c’indwara ya Ebola kivugiwe cane ko kiriko kiriha inkumbi muri Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo, Uburundi, na canecane intara...
Mu gihe «prêt-bourse» yariko irakwiza imyaka itatu itangwa mu makaminuza ya reta ata kirinze gusabwa, ikigo BBES (Bureau des Bourses d’Etudes et...