Amakuru menshi yerekeye irondoka rijanye n’amagara meza, usanga urwaruka rugenda rurayakura muri bagenzi barwo, ivyo na vyo bikagira ingaruka mbi nyinshi kuri...
Mwari muzi ko ikibano c’ishure gishobora gutuma habaho gufatwa ku nguvu, isuku rike ndoragitsina, canke abanyeshure bakiga umutima utari mu nda? Mu...
Ishure ry’akarorero ryo mu Ngagara ryaramuye kuri uyu wa mungu 17 nzero, abanyeshure 50, bakaba aribo batanguriye amashure y’akarorero mu Burundi bwose,...
Ivyo vyamenyeshejwe mu birori vyo kwugurura icese uwo mugambi vyabereye ku mashure Mushasha I na II yo muri zone Gatumba kuri uwu...
Mu gihe igice ca kabiri c’umwaka w’ishure giheruka gutangura, amashure yo muri Mushasha afise ibibazo vy’utuzu twa surwumwe tuguma twuzura. Umunsi wa...
Vincent Mbazi yabaye uwa mbere muri Concours National yo mu 2016 yiga i Makamba akaba yaciye aja kubandaniriza i Bururi aho ahejeje...
Kuva muri ibi bibazo vy’ivyigwa birangiza igice ca mbere c’umwaka w’ishure wa 2020-2021, buca bitangura ku wa 7 gushika ku wa 18...
Mu rukurikirane rw’isekeza ryo kurandurana n’imizi inda z’indaro mu mashure, ku civugo « Ikibanza c’umwigeme ntikiri mw’iyakiriro ry’abavyeyi kiri kw’ishure », ishirahamwe Cordaid mu...
Mu gihe umwaka w’ishure muri Kaminuza y’Uburundi waraye utanguye kuri uwu wa 30 Munyonyo 2020, hari abanyeshure baguma biruka baraba abayobozi ngo...
Mu gihe ishirahamwe Cordaid, mu mugambi waryo « Menyumenyeshe », ririko rirarangiza ikiringo caryo mu ntara ryahora rikoreramwo, ryaratunganije isekeza ryo guhimiriza no guhanura...