Inyuma y’ukwezi kurenga umwaka w’ishuri wa 2019-2020 utanguye, abanyeshuri barenga 1000 ni bo biyandikisha kw’ishuri Foreami. Abashika 45 muri bo, bagendana ubumuga...
Kw’igenekerezo rya 11 Gitugutu hama hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe umwigeme. Ivyo biri uko mu gihe aho hambere hahise, abakobwa batafatwa kumwe n’abahungu....
Mu gihe abigisha bo mu myaka ya mbere y’ishure shingiro bari bamaze iminsi bidoga ko batahawe amafaranga yabo yo gukurikirana inyigisho nkarishabwenge...
Mu gihe haciye iminsi mike gusa umwaka w’ishure wa 2019-2020 utanguye, mu gisagara ca Bujumbura haribonekeza ubwinshi bw’abana mu mashure amw’amwe, ivyo...
Inyuma y’umugambi wo gukura abana basegerereza mu bisagara, benshi muri bo barasubijwe mu miryango abandi basubizwa mu ma shure. Muti none bigeze...
Kudahabwa agaciro aho baherereye, kubura vyankenerwa, kwiga ntibaronke ubuzi, ni bimwe mu bibazo abagendana ubumuga bagira bigatuma batiga ngo batere intambwe nk’abandi....
Muri uwu mwaka w’ishuri wa 2019-2020, ibitigiri vy’abanyeshuri vyitezwe bo mu mashuri shingiro n’ayayakurikira birenga 3 000 000. Aho harimwo abashika 2 900 000...
Mu banyamwema bashika 1241 baba mu Burundi, 420 ni bo bari kw’ishuri. Mu gihe rero umwaka w’ishuri wa 2019-2020 watanguye kuri uwu...
Mu gihe umwaka w’ishuri wa 2019-2020 buca utangura, urunani rw’amashirahamwe 8 y’urwaruka rufise umutima w’impuhwe rwatunganije igikorwa c’isekeza bise «Korako» mu ntumbero...
Naho binanata bakiga nk’abandi bose, abana bagendana ubumuga bwo kutumva no kutavuga barahura n’intambamyi zitandukanye mu mashure bigamwo, nyinshi muri zo zikaba...