Umuziki usigaye ari bumwe mu buryo urwaruka rukoresha mu kwigisha, guhanura no guhimiriza abantu bo mu kibano inyifato ibereye ku bijanye n’irondoka...
Mu gihe bamwe mu bavyeyi bafise abana bari mu mashure bidogera bamwe mu bandanza ibikoresho vy’ishure ko bikika mu kiza bakaduza ibeyi...
Kuva aho uturesi dukoreshwa mu kubikura ku maposita tudugirijwe ibeyi tukava ku mafaranga y’amarundi 700 tukaja ku 3.000 Fbu, abanyeshure bo muri...
Mu gihe abanyeshure bamaze imyaka ibiri n’iyirenga bahejeje amashure yabo ya kaminuza y’Uburundi bidoga ko batararonswa impapuro z’imitsindo zabo, umuyobozi w’inyigisho mur’iryo...
Ubutegetsi bugwanya gute iyo ngeso mbi ititura akanovera k’inyigisho ndetse kagatosekaza imico n’imibano muri rusangi? Edouard Minani, umuhinga mu mategeko akaba n’umuhanuzi...
Igitigiri c’abo twashoboye kwumva bemerera abanyeshure amanota kuko baryamanye ni bake cane ugereranije n’uko biri. Kenshi na kenshi usanga babivuga nk’ibanga nk’igihuha...
Ku murwa mukuru w’intara ya Ruyigi, Fidela ni izina abavyeyi bakoresha bagomba kubuza abakobwa babo kugiriranira imimenyerano n’abigisha babo.Abarezi ni na ryo zina risigura...
Mu gihugu hagati wumva bavuga ko « bose bumvise uyu canke uriya, umugenzi w’umugenzi, gisanira, umubanyi »… Ku bisigaye bose ni nwe...
Kuryamana n’umwigisha wawe kugira ngo uronke amanota meza, ni uburyo abanyeshure bamwe batoye. Biriyamirizwa naho bigoye kuranduranwa n’imizi. Abayobozi ntibiyobagiza ko iyo...
Amashure ari mu ntara zine arizo Gitega, Muyinga, Bururi na Rumonge ni yo aza kw’isonga mu bitigiri vy’abanyeshure batwara inda z’indaro kuva...