Ibitigiri vy’abanyeshure biri hejuru mu mashure bituma abana biga bicaranyeko ku ntebe, kandi ntibakurikire neza umwigisha. Hari abana usanga bisinziririye mu gihe...
Umwaka w’ishure wa 2020-2021 uri mu gice cawo ca mbere. Abanyeshure co kimwe n’abigisha bari ku kivi. Ariko n’ubwo biri ukwo, intara...
Mu gihe hari indwara nyishi zituruka kw’isuku rike, abanyeshure bo ku mashure yo mu Burundi, barahimirizwa gukora isuku aho biga no mu...
Abayobozi b’amashure shingiro n’ay’inyuma y’ishure shingiro mu Burundi barahanzwe n’ikibazo kijanye no kwuzuza (compléter) no gusinyisha impapuro z’imitsindo (ama certificats/diplômes) z’abanyeshure bahejeje...
Kugira habe impinduka ishimishije mu bijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza, abahurikiye mu kibano n’abo bafise ikibanza gikomeye, kuva kubahuzamigambi ba Menyumenyeshe, urwaruka...
Kimwe mu vyo indinganizo ya Menyumenyeshe ihurikiyemwo bose ku mashure yaje ishaka kugwanya harimwo ukudafatwa kumwe hagati y’abigeme n’abasore ku mashure. Urwo...
Ngo ivyahindutse si bike kuva aho Menyumenyeshe itanguriye indinganizo yayo nshasha ihurikiyemwo bose ku mashure. Kuva ku munyeshure guca ku muzamu gushika...
Mu gihe c’ubuyabaga niho haba nyinshi mu mpinduka zo ku mubiri no mu nyifato k’urwaruka. Ni n’aho kandi hibonekeza kwandura ingwara ziciye...
Ubuyobozi bw’indero mu ntara nibwo bushinzwe indero ku rwaruka hamwe n’itangwa ry’inyigisho ku rwego rw’intara. Ni nayo mpamvu mu ndinganizo nshasha ya...
Hari hasanzwe haboneka intambwe mu vyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza, Menyumenyeshe itaratangura gushira mu ngiro indinganizo ihurikiyemwo bose ku mashure (AGE). Ariko...