Kuri uyu wa 18 Nyakanga 2022, hakaba haratunganijwe ikibazo co gutora abigisha mu gihugu cose c’Uburundi. Ubushikiranganji bw’indero bukaba bushima uko vyagenze...
Abanyeshure bari bipfuza gutangura umwaka wo mu wa mbere muri Master y’igifaransa (Didactique du Français Langue Étrangère DFLE) Kaminuza y’Uburundi (UB) isanzwe...
Abanyeshure bo kw’ishure ryigisha ibijanye n’ubuhinga ry’i Bubanza (ETB) barahanzwe n’ingorane zituruka ku buraro bwabo budatunganije neza. Uri ukurara hasi kubera ubukene...
Kw’isoko y’akazi mu Burundi, urwaruka rwamaze amashure ntirukunze kwisangamwo : benshi muri rwo nta bumenyi canke uburambe mu kazi bagira. Baraca hasi...
Reta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji bw’abakozi ba Reta yaratunganije ikibazo co gutanga akazi kuri uwu wa 2 Nyakanga 2021 ku bigisha 1000...
Mu gihe abavyeyi baba bahagaritse kwambika umwana ivyo kugumya umukoyo, aho twovuga ivyahi canke ama « pampers » hanyuma umwana akabandanya yonona aho aryamye...
Abanyeshure bagera 5173 bo mw’ishure shingiro barahevye ishure mu mwaka wa 2020 ushira uwa 2021 muri komine Busoni mu ntara ya Kirundo...
Urwaruka rugeze mu bigero rurahangana n’ibibazo bitari bike, haba ivy’imyaka rugezemwo, amashure, hamwe n’ukwiyumvira ibijanye na kazoza. Nubwo ishure riza imbere, harakenewe...
Muri komine Ryansoro, intara ya Gitega, kw’ishure ryisumbuye Nyangwa, kuri uyu wa 30 ndamukiza, niho hahimbarizwa Umusi mpuzamakungu wahariwe indero idahohotera, mu...
Ico kigo kiri muri komine Nyabihanga, intara ya Mwaro, catanguye gukora mu kwezi kwa Nyakanga 2020 kikaba gifasha abana b’impfuvyi hamwe n’abana...