Mu gihe ikiringo c’amezi 18 yahawe kizorangira kuri uyu wa 4 Gitugutu adakoresheje amatora abamwizeye bari bamutumye, induru zirasubiriye gusekera hagati ya...
Kuva akimenya ko yasamye, umukenyezi w’aho hambere hahise yariyubara cane, ntangere y’igihe yumvise inda itanguye gukina. Hari imiziro itari mike yabwirizwa kwubahiriza...
Kwambara ubuyeye ku bigeme b’ubu birateye impari nyishi cane mu kibano. Bamwe ngo bwambara aba ‘’slay queens’’ canke bamwe badandaza umubiri. Abandi...
Label ya Bantu Bwoy, uyu munsi, ni yo iriko iravugwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivyo bikaba biterwa n’ukuntu bamwe na bariya bakiriye...
Ihiganwa ryabaye kur’uwu wa gatandatu i Ngozi ryasozerewe n’itangwa ry’ubushimwe butandukanye bwatanzwe na BBCI na Finbank buriko buravugisha benshi. Umwe mu batowe...
Mu migenzo y’abarundi, umwana yararana n’abavyeyi gushika acuke nakare haba hageze ko akurikirwa ariko bamwe ntibakibibona uko, ng’umwana abaje kugora abikundanira abandi...
Ku ncuro yabo igira kabiri kuri Arena Club, Kiyo Fashion Collective yongeye kwugurura ibikorwa vy’ihayanisha-gurisha vy’imideri ikorerwa mu Burundi kuri uwu wa...
Abigeme benshi mu Burundi bubakana n’abahungu atari ababo. Baja ku musore yabakunze ntibaja ku wo bakunze kubera imvo yo gutinya gufata iya...
Mu gihe abantu benshi bamenyerereye kuraba intambo zitandukanye nk’amayaya, intore, urwendengwe, agasimbo … ugasanga baryohewe cane umunezero n’agatwengo bikabegura maze amaso akaguma...
Aho hambere, abantu bakoresha imvyino mu guserura akari ku mutima, kakumvikanira mu gahogo, kakisesa no ku rurimi kakiyerekanira mu migere no mu...