«Ugufungura neza, uguhindura ivyiyumviro, ugukora imigambi, ukugira inyifato nziza, ni bimwe mu vyokorwa n’urwaruka uyu munsi kugira ngo ejo harwo hazobe heza»....
« Urwaruka rurakwiye kwijukira umwuga mushasha wo guhingura amareresi rukitandukanya n’ibintu vyose vyotuma bishira ubuzima bwarwo mu kaga, maze rukabikora rufise amagara meza...
Urwego nshingwa kirundi rwarongeye kunagurwa mu Burundi kugira rutangure ibikorwa vyo gusubiza akanovera ururimi rwa ba sokuru. Ni ivyashikirijwe kuva kuri uyu...
Ururimi rw’ikirundi rubitse ubutunzi bwinshi. Ivyo ni ivyagaragariye mu birori vyo guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe ururimi kavukire. Vyari vyatunganijwe n’ishure Kaminuza ry’Uburundi...