Mu gihe mw’isoko ya Cotebu hari hatanzwe ibibanza bigera ku 2000, vyinshi ntibari bakibikorera mwo. Ivyo bikaba vyavana n’ukuntu isoko yari itunganije...
N’ubwo hari abantu usanga basuzugura ubuzi bivanye n’ingene bukorwa canke aho bukorerwa bigasa nkuko umengo ni ukwisuzuguza, ariko hari n’abandi babona ko...
Abajishi b’ibiseke, abakora ibirato, abasudirizi, eka abarundi b’ubuhinga butandukanye muri rusangi ni bo urwo runani rwaje rugana mu ntumbero yo guhesha agaciro...
Inyuma y’iminsi mike ihaciye huguruwe ingoro y’umukuru w’igihugu iri mu Gasenyi mu gisagara ca Bujumbura, abantu bandira utuntu kw’ibarabara (RN1) basabwa n’umukuru...
Amezi 4 niyo asigaye ku kiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo ntihagire akamwanya kazoba kacibonekeza mu gihugu. Ni mu gihe amashirahamwe akora ibitekezo...
Ugutozwa ibiturire, kudindiza ibikorwa ku mipaka, ubusuma, ni bimwe mu nzitizi nyinshi abadandaza bashorera hanze y’igihugu bagirira ku mipaka nkuko bavyivugira. Naho...
Amafaranga arenga 600.000 y’amadorari y’amanyamerika niyo ategekanywa kuzokora mu mugambi wo guteza imbere abakenyezi bakora urudandaza njabukambibe bo mu ntara zine: Cibitoke,...
Ugukubagurwa gushingiye ku gitsina, ku bukene, urudandazwa rw’ibihimba vy’umubiri, n’ayandi mabi, ni vyo bishikirwa n’abigeme canke abakenyezi baronderera « ubukiriro » mu...
N’ubwo abadandaza ibifungurwa mbumbarugo co kimwe n’ivyamwa basigaye babitembereza ku bwinshi umuhana ku wundi, ngo ni ukubura uko bagira kuko ngo ari...
Kurwanya ubukene no kubaho ufise ico ukora kigusahiriza mu buzima bwa minsi yose biva mu nguvu n’ubukerebutsi bwo kwiga kwitunganiriza imigambi ya...