Mw’itegeko ryasinyweko n’umushikiranganji ajejwe ubudandaji Selemani Jafo, hari ubuzi 15 ubu buteremerewe abadafise ubwenegihugu bwo muri Tanzaniya. Ufashwe n’agasho urakinjira… Ubwo na...
Abakenyezi n’abigeme bakora urudandaza rutoruto batembereza mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bibafasha kubaho bativye kandi batisutse mu bushurashuzi. Ariko nubwo biri...
Mu gihe akazuba gapfa kwaka (été) abantu bakuzura mu mashamba yo kuruhukiramwo (parcs) n’inkengera z’ibiyaga (beach) kwirira ubuzima, hari abandi uruhigi ruba...
Abo ni 24, harimwo abakenyezi 14, bagize umurwi wa mbere w’urwaruka rwitunganiriza imigambi y’iterambere bafashwe mu mugongo n’umugambi NUKU. Bakaba barangije kur’uyu...
Vyose vyatanguye muri Ruheshi 2022, aho abasomyi babiri ba Jimbere Magazine Fabien Cishahayo kumwe na Isaie Ntidendereza bakurikirana inkuru yatangajwe n’iki kinyamakuru....
Amahera ngo uyirukanze inyuma aragusiga. Ariko witunganije neza ukiga umwuga canke ukitunganiriza umugambi, ni yo asigara akurondera. Iryo ni ibanga rya Thérence...
Ni mu Rukeco muri komine Busiga, intara ya Ngozi. Patrice Barutwanayo n’umugwi w’abasore 2 bariko barakora ibidasanzwe mu guhingura amata akunzwe cane...
Ishirahamwe CREOP ryishinze gufasha urwaruka mu kwironderera ubuzi no kwiyungunganya mu ntumbero yo kwiteza imbere, ryaratunganije kuri uyu wa 13 Nzero 2022,...
Iki, gitwarwa mu Bushikiranganji bw’Ubutunzi, gifise inzego zibiri ari zo : inama nyobozi yashizweho ku wa 21 Mukakaro 2021 hamwe n’igisata kijejwe...