Yashinzwe canecane kugira ishigikire imigambi y’urwaruka, hambavu yuko ari ibanki y’ubudandaji. Ibanki yo gushigikira imigambi y’iterambere mu rwaruka BIJE, ubu iri ku...
Mu gihe bari barembejwe n’imiryango, incuti n’abagenzi batukagurwa ngo barutwa n’abatigeze baca ku ntebe y’ishuri kubera bize bakabura akazi ka Reta, Nina...
Côme Nahimana, ni umwe mu rwaruka rwitahuye. Kwicara ata co ariko arakora yabigize umuziro. Uyu, yahisemwo kuba umurimyi-mworozi, ku buryo n’urundi rwaruka...
Mu gihe urwaruka rwinshi rurindira akazi ruhawe na Reta, Jean Marie Nizigiyimana we yahisemwo kugaha abandi. Uyu ni umuyabaga w’imyaka 35. Aba...
Mu ntumbero ya Reta y’Uburundi amakoperative afatwa nk’inzira y’ugushika kw’iterambere rirama. Ariko kugira ngo ivyo bikunde bisaba inguvu n’ivyiyumviro vya benshi kugira...
Naho umwitwarariko w’amakoperative uri ku murindi udasanzwe, amakoperative aracafise intambamyi yo guhamvya uburyo bukenerwa mu ntumbero yo kwiteza imbere. Muti none araheza...
Kuva kuwa 18 gushika kuwa 20 Munyonyo, mu ntara ya Gitega, ishirahamwe mpuzamakungu SFCG-Burundi, rifashwe mu mugongo n’ikigo USAID, mu mugambi « Tuyage »,...
Nta gihe kihaciye tubayagiye ingene muri ino minsi urwaruka rwahagurukiye ibikorwa vyo kwiteza imbere biciye, bamwe mu gukora imbabura ziziganya amakara, abandi ibindi....
Ukabona uwiyicariye ahantu akamagira umubira, uze umenye ko hari igihe yigeze kwirirwa abira akuya. Dusabe uno munsi yirigwa atanga inyigisho z’ukwororera amafi...
Jackson Quincy Nahayo, yize ivy’ubuganga, yatashe i Burundi avuye mu gihugu ca Canada mu 2015. Yahise yubaka ibitaro ku mutumba Gasenyi asanzwe...