Mu gihe havugwa iyakirwa ridasanzwe ry’umuririmvyi azwi kw’izina rya The Ben ava mu gihugu c’Urwanda, yari aje mu giteramo co kuri uyu...
Mu gihe ikiringo c’amezi 18 yahawe kizorangira kuri uyu wa 4 Gitugutu adakoresheje amatora abamwizeye bari bamutumye, induru zirasubiriye gusekera hagati ya...
Mu gihe yari asigaje ukwezi kumwe gusa ngo ikiringo yahawe co kurongora Amicale des Musiciens du Burundi vy’imfata kibanza ngo kirangire, Freddy...
Label ya Bantu Bwoy, uyu munsi, ni yo iriko iravugwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivyo bikaba biterwa n’ukuntu bamwe na bariya bakiriye...
Inyuma y’aho Olègue azwi nka « Délégué Général » afatiwe n’igipolisi kubera amasanamu y’indirimbo yiwe yerekana inyifato itabereye, ubu na ho wa « muvumbuzi » Landry...