Agitangura urudandazwa rwavyo, urunganwe rwiwe ntirwamuha nirwere, mbere abatari bake ngo baranarondera kumuca intege ariko umwana w’abahungu akabima amatwi, none mu myaka...
Tumubwira abandi nayo abanyabugabira bo, baba abato canke abakuze basanzwe bamuzi cane kubw’inzu yiwe irimwo imashini zifasha mu vyo kugurukana ubumenyi « cybercafé », iherereye...
Amaze kurangiza igisata ca kaminuza nderabigisha ENS ni ho Michel Ndayirukiye yipfuza gutangura gushira mu ngiro indoto yiwe y’ukworora inkoko kuva ku...
Nimba hari urwaruka ruzwi cane ku murwa mukuru wa poritike ruri mu muvuduko udasanzwe mu bikorwa vyo kwiteza imbere, uretse uwatanguje Gasape,...
Ku myaka 32 yiwe, Salomé Nitegeka afise ihinguriro ridasanzwe ry’ivyema ryitwa KeyMax.Uwo mukenyezi yatanguye ico gikorwa mu mwaka wa 2018, atanguza umutahe...
Jean-Marie Ndirakobuca ni umusore w’ubwira butangaje mu bikorwa vyo kwiteza imbere. Afise imyaka 26. Kenshi aba ariko aragendagenda mu turere dutandukanye tw’Uburundi...
Mu ntumbero yo guteza imbere igiterwa c’ikijumbu mu gutanga isoko ku barimyi bahora barima bakabura aho bashorera, kwiha akazi no kugaha urundi...
Mu gihe igice kinini c’abatwa bo ku Buterere babeshejweho n’ivyo batoratora mw’iyarara, ubu abatari bake muri bo bemezako ico kibanza bagiye kugiheba...
Amajambere arakaza. Ariko none burya kuyabangikanya n’ubuhinga kama ntivyoshoboka ? Dufatire ku mwuga wo kubumba. Uwowambika akandi karangi, ntiwohava utanga agafaranga gusumba ako...
Kuva aho umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy Mbonimpa afatiye ingingo yo guhagarika urudandaza rw’ama unités rubera mu mitaka muri ico gisagara no...