Amayagwa avuga ibijanye n’ Uburundi bwa ba sokuru aha ikibanza kinini ubworozi bw’inka ivyo bigatuma tutitwararika kumenya akamaro k’uburimyi n’ikibanza bufise mu...
Ibiringo bibiri nyamukuru vyari bigize umwaka vyatandukanywa n’ibiterwa bibiri bifise akame ka Afirika, ivyo biringo bikaba vyari igenywa ry’uburo mu kwezi kwa...
Aho ha mbere hahise, ku ntwaro ya cami, carazira kikaziririzwa ko ingogo (ikiziga) y’umwami ihonyozwa mu nda y’isi. Imvo : arinze atabwa...
Isaha z’abazungu zifasha mu kuraba aho umwanya ugeze zitaraza, abarundi baragenzura ibihe bakabigera. Ntawambara inka ku kuboko, ariko umuhinga J. Baptiste Ntahokaja,...
Hari kuwa gatanu, igenekerezo rya 21 myandagaro mu mwaka w’1908 aho uwo mwami Mwezi Gisabo yatanga, inyuma y’imyaka 56 aganza Uburundi. Mu...
Mu kwezi kwa mukakaro hagati kw’umwaka w’1934, Uburundi bwari mu ntwaro y’igikoroni y’Ababirigi. Igihugu cari mu bibazo vyinshi uhereye muri poritike, ukaja...
N’igihe abazungu batari bwaze mu Burundi, Abarundi bari bafise uko bagera ibintu canke ahantu. Bakoresheje ubuhinga bwabo, uburemere, uburebure, ubwaguke n’ibindi vyose...
Mu mico n’imigenzo y’ikirundi ugutorana itongo vyamye bikumira umukenyezi canke umukobwa. Umukobwa ntiyigera atorana kwa se wiwe. Kuva kera na rindi, ibijanye...
Kuva kera na rindi mu mico n’imigenzo y’abarundi harabaho umugirwa wo kwita izina umwana ndetse n’iminsi mikuru itandukanye ikahaba. Naho biri uko,...