Mu gihe bamwe mu bigisha bavuga ko iyo bari mu kazi kabo ka minsi yose ko kwigisha hari amajambo yo mu zindi...
Amasengero arenga 4000 yarugawe mu Rwanda, muri RD Congo inyeshamba za M23 zarafashe umuji wa Ishasha uhana urubibe na Uganda na yo...
Muri Kenya, buri ndwi urwaruka rushika 1000 ruraja mu bihugu vyo hanze kurondera akazi, mu Buganda kirazira kugira imyiyerekano yo kwiyamiriza igiturire....
Ku wa 09 Munyonyo 2023, Reta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo uburimyi n’ubworozi yarateye akamo abanyamitahe bigenga gushira imitahe...
Mu gihugu c’Urwanda hari umugambi wo kwubaka ishure ry’akarorero rizigisha ibijanye n’ugutwara indege no kuzikora mu gihe ziba zagize ikibazo. Muri Kenya...
Mu gihe mu Burundi hitezwe imvura y’umurengera muri iki gihe c’agatasi, abenegihugu bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi mu ntara ya Bujumbura...
Muri Tanzania havugwa amakuru y’umuririmvyi Diamond yagirizwa kuba yifatiye mu gahanga abagore bigeze gukundana baranavyarana. Mu gihugu c’Urwanda naho harabaye ibirori vyo...
Mu gihugu ca Uganda ibitigiri vy’abagabo bashaka ko bakorerwa ibipimo kwa muganga kugira bamenye nimba vy’ukuri ari ba se w’abana babo bibandanya...
Perezida wa Uganda n’umuhungu wiwe Muhoozi bagirizwa ivyaha vyo gusinzikariza ubuzima abatavuga rumwe nabo muri ico gihugu, bakaba baritwariwe muri Sentare mpuzamakungu...
Ikibanza c’iratiro c’i Bujumbura Musée Vivant cobwirijwe kuba igikwega ingezi, gihurumbirwa na bose gutyo kikinjiza amafaranga menshi. Ariko aho kuba ikibanza c’iratiro...