Urwanda rwahawe imiriyaridi 156 Frw n’Ubwongereza mu kwezi kwa Ndamukiza 2023, kugira babandanye gutegura no gushira mu ngiro umugambi wo kwimurira mu...
Somalia iriko ihura n’ibibazo vy’ururimi rw’igiswahili inyuma yaho ico yinjiye mu muryango muri EAC, Tanzania havugwa itereni yunguruza abantu hagati y’umuji wa...
Erik Mwanga afise imyaka 19, yatemye Se wabo Isawafo Mwanga w’imyaka 47, amwagiriza kuba yaramaze igihe agendana na nyina, nyuma yaho yomotse...
Gusaba imbabazi hagati y’ibihugu vy’Ubudage na Tanzaniya, Ikurwaho rya Visa ku banyafrika binjira mu #Rwanda, amatora mu gihugu ca Kongo, ni amwe...
Muri RDC havugwa ubunyonyezi mu bijanye n’uburyo bwakoreshejwe mu nkino za «Francophonie », Uganda naho uwiyahuye inyuma yo guhomba imiriyoni 6 bivuye mu...
Mu gihugu c’Urwanda hariko havurwa ibihe bikurubikuru vyaranze ibirori vya Trace Awards ku ncuro ya mbere, aho ababikurikiranye bavyikugura. Muri Tanzaniya, ibanki...
Muri RDCongo, abasoda ba Monusco b’abanya Afrika y’epfo barirukanywe bagirizwa ubusambanyi. Muri Kenya naho bati hagire ibihugu bikora gishingantahe birihire ibihugu vy’Uburundi...
Mu gace ka Olevolosi muri Tanzaniya haratowe itegeko ribuza abakobwa n’abahungu kwiyambika imyambaro ibafata canke zerekana ibigisusu, uwubirenzeko ni ihadabu y’amashiringi 50.000....
Mu gihugu ca Uganda havugwa umugore yashurashujwe n’abagabo 15 mu mwanya umwe. Na yo muri Tanzaniya, umunyamahanga yafatanywe ikarata karangamuntu atabifitiye uruhusha...
Habib Nsikonenne ni umugwizatunga wo mu gihugu ca Uganda mu gace kitwa Mukono akaba yamenyekanye ku munsi w’ubugeni bwiwe aho yubakanye n’abagore...