Muri Uganda, imiti yo gufufahaza umugera wa Sida yaragaburiwe ingurube n’inkoko kandi ngo bishobora kugira ingaruka ku magara y’abafunguye inyama z’ibikoko vyayiriye....
Muri Tanzania havugwa amakuru y’umuririmvyi Diamond yagirizwa kuba yifatiye mu gahanga abagore bigeze gukundana baranavyarana. Mu gihugu c’Urwanda naho harabaye ibirori vyo...
Kenya : icikagurika ry’umuyagankuba ryatumye bamwe mu ndongozi bakomborwa. Tanzania : havugwa ibiturire mu mugambi w’ibarabara ry’indarayi. Umukuru w’igihugu c’Urwanda avuga ko...
Igihugu ca Somalie kigiye kwinjira muri EAC. Abitabiriye ibirori vyo gusozera ‘Giants of Africa’ barahawe amahirwe yo kuzosangira na Davido na Tiwa...
Uganda: integuro y’itegeko rigenga amafaranga ya Reta rizosubirwamwo inyuma y’ibihano vy’ibanki y’isi Kubera gushiraho ibihano bishobora kugera ku munyororo wo guherayo ku...
Perezida wa Uganda n’umuhungu wiwe Muhoozi bagirizwa ivyaha vyo gusinzikariza ubuzima abatavuga rumwe nabo muri ico gihugu, bakaba baritwariwe muri Sentare mpuzamakungu...
Muri Uganda : « Rolex » yaduze igiciro. Imodokari 3 zarahiye ziratokombera mw’isanganya ry’umuriro mu Rwanda. Muri Kenya, abantu 6 barahitanywe n’imyiyerekano yo kwiyamiriza iduga...
Ebola yasubiye kwaduka muri RDC, umukecuru w’imyaka 110 yaragendewe n’umukuru w’igihugu mu rwanda, uruhombo mu mashirahamwe yo muri EAC yo kwunguruza abantu...
Inyuma y’ukwo atakigiye muri Kongo, Papa arasaba imbabazi abanyekongo, Denis Mukwege ati ibiriko biraba muri Kongo ntibitandukanye n’ibiriko biraba muri Ukraine, Tanzaniya...
Igihugu ca Kongo carahagaritse ingendo z’indege z’ishirahamwe RwandAir zigira muri ico gihugu, i Namugongo aho bibuka abamaratiri b’i Buganda, bose ntibari bazanywe...