Amasengero arenga 4000 yarugawe mu Rwanda, muri RD Congo inyeshamba za M23 zarafashe umuji wa Ishasha uhana urubibe na Uganda na yo...
Muri Kenya, buri ndwi urwaruka rushika 1000 ruraja mu bihugu vyo hanze kurondera akazi, mu Buganda kirazira kugira imyiyerekano yo kwiyamiriza igiturire....
Mu gihe himirije amatora y’umukuru w’igihugu azoba mu 2025, Tanzaniya irazirikana iragi ry’uwahoze arongoye ico gihugu, umuhisi John Pombe Magufuli Nk’uko vyandikwa...
Uganda : ibiturire bivugwa mw’iyubakwa ry’ibarabara, ryatumye ishirahamwe ry’Abashinwa rihagarikwa Iryo barabara rikaba rihuza uturere twa Rukungiri-Kihihi-Ishasha/Kanungu (mu buseruko bushira uburaruko bwa Uganda),...
Tanzania-Rwanda : Ubudandaji Igihugu ca Tanzania n’ic’Urwanda ngo biri mu myiteguro yo kwugurura urundi rubibe kugira ngo imigenderanire n’ubudandaji bitsimbatare. Nk’uko umushikiranganji wa...
Muri Uganda, inkino zo gutigira ziragisibije mu rwaruka, Tanzaniya yipfuza kurwiza umwimbu w’ibishorerwa mu Bwongereza, uruganda rwa mbere rutunganya urumogi rwaratanguye kwubakwa...
Tanzania : ibitaro bikuru bikuru vy’abigenga vyahagaritse gutanga ubuvuzi ku bafise udukarata two kwivurizako « NHIF » Abarongozi b’ivyo bitaro bavuga ko bafashe iyo ngingo...
Kenya havugwa intwazangabo mu giporisi yo mu ntara ya Kirinyaga yahagaritswe izira kudandaza inzoga zifise umwambiro mwinshi cane zo mu bwoko bwa...
Kenya : umugabo yishwe n’umugore wiwe mu karere ka Isiolo Iryo bara ryaguye mw’ijoro ry’uwa gatandatu buca ari ku wa 18/02/2024. Abarongoye igiporisi...
Uganda : Yoweri Museveni, asanzwe aramutswa ico gihugu ngo ashobora kwiyamamaza mu kibanza c’Umukuru w’igihugu mu matora yo mu 2026. Ivyo vyashikirijwe na...