Zone ya Buyenzi yo mu gisagara ca Bujumbura yahora irangwamwo uruja n’uruza rw’abariko bakora imiduga, ubu amabarabara amwe amwe arera. Na vya...
Muri RDC havugwa Pierre Kas umwungere w’ishengero afise imyaka 68, yapfunzwe azira kwubakana n’umwigeme w’imyaka 18. Ivyo vyabaye inyuma yaho hagaragaye ku...
Muri RDC abanyeshure bagiye kwiga k’ubuntu gushika mumwaka w’umunani w’amashure y’isumbuye, Urwanda rwiteguriye gusubiza amafaranga rwahawe mu mugambi wokwakira ku butaka bwarwo...
Rwanda: Igihugu c’Urwanda carasohoye itangazo rivuga ku ngingo yafashwe n’igihugu c’Uburundi kw’igenekerezo rya 11/01/2024 yo kwugara imbibe ivyo bihugu bisangiye. Reta y’Urwanda...
Mu Burundi abakenyezi n’abigeme barahohoterwa mu buryo butandukanye bagasinzikarizwa umubiri, bagaturubikwa canke bagasuzugurwa haba mu ngo, mu kibano eka mbere no mu...
Kenya : Hayagwa abatavuga rumwe n’Umukuru w’igihugu William Ruto bamwagiriza ko yonona ubutunzi bw’igihugu mu kuja arafata ingendo mu mahanga yitaba amanama mpuzamakungu...
Ishure Nderabigisha ENS ryarateguye kuva kuri uyu wa 14 n’uwa 15 Kigarama 2023 mu kigo caryo kiri mu gisagara ca Bujumbura ikiyago...
Urwanda rwahawe imiriyaridi 156 Frw n’Ubwongereza mu kwezi kwa Ndamukiza 2023, kugira babandanye gutegura no gushira mu ngiro umugambi wo kwimurira mu...
Somalia iriko ihura n’ibibazo vy’ururimi rw’igiswahili inyuma yaho ico yinjiye mu muryango muri EAC, Tanzania havugwa itereni yunguruza abantu hagati y’umuji wa...
Erik Mwanga afise imyaka 19, yatemye Se wabo Isawafo Mwanga w’imyaka 47, amwagiriza kuba yaramaze igihe agendana na nyina, nyuma yaho yomotse...