Ikiza c’ingwara itaramenyekana imaze guhitana abantu 30 muri RDC, muri Kenya abaganga bashika 5 barapfuye biyahuye mu mezi abiri aheze. Mu gihugu...
Ibice 85% vy’abanyeshure bo ku mashure cumi yo mu ntara z’indero za Karusi na Ngozi babajijwe utubazo, inyishu batanze zagaragaje ko amagara...
Mu makuru yaraze iyinga iheze, haravugwa abanyeshure 15 barahagaritswe n’igiporisi kubera gutera akajagari no guturira inzu y’umwe mu barezi muri Tanzaniya, ibiciro...
Muri Kenya hari umugabo yagandaguye umugore wiwe abana barorera aca yishikana ku gipolisi Ivyo ni ivyabereye mu kigwati Iravari mu ntara ya...
Ishirahamwe ryitaho ubutungane no kunywanisha (IJR) rifise icicaro muri Afrika y’epfo rifatikanijre na Rema Burundi ryaratunganije uruganda rw’ikiganiro ku ngorane ziri ku...
Muri Uganda, itegeko rigenga gukingira ibikorwa vy’abaririmvyi ribwirizwa kuba ryagiye mu ngiro imbere y’iminsi mikuru irangiza umwaka wa 2024, Igihugu ca Kenya...
Abanonotsi batatu ba RDCongo muri batandatu bari bitabiriye amahiganwa ya Jeux Olympiques 2024 baraburiwe irengero, mu Rwanda, Paul Kagame yararahiriye gutwara manda...
Ishirahamwe Pax Christi International rifadikanije na Horana Iteka VMIA baratunganije kuva igenekerezo rya 25 gushika irya 27 Ndamukiza 2024 mu Ruyigi inama...
Igenekerezo rya 5 Rusama buri mwaka ni umunsi wahariwe abanonosoye ivyerekeye irondoka rijanye n’amagara meza. Uwo munsi ushitse mu gihe ibiharuro vyerekana...
Mu gihe himirije amatora y’umukuru w’igihugu azoba mu 2025, Tanzaniya irazirikana iragi ry’uwahoze arongoye ico gihugu, umuhisi John Pombe Magufuli Nk’uko vyandikwa...