Ubuheruka twari twabamenyesheje ko ikigo « Maison du Fermier » kiriko gitanga inyigisho z’ukwororera amafi ku mitumba, kwibundikirira amagi y’inkoko ubwawe, kworora kijambere ingurube...
Abatari bake mumenyereye Thomson ari izina ry’umuntu. Ariko ubu ni Thomson izina ry’ifi. Iyi fi iriko irahurumbirwa mu gisagara ca Bujumbura. Mbere...
Mu Burundi, hari ibikoko vyinshi. Ariko nta kirya inomero imbwa mu gusuzugurika ku buryo kugereranya umuntu na yo bingana igitutsi gikomeye. Naho...
Abarimyi barakwiye kumenya ingene isi imeze canke ikirere iyo bitegurira gutera imbuto mu mirima. Ubuhinga bushasha mu burimyi bita Agri-coach buje butanga...