Mu rugamba rwo kugwanya umugera w’indwara ya Ebola mu Burundi, harateguwe abaganga bashizwe mu bibanza 21 biri ku mbibe zegeranye n’ibihugu bibanyi,...
Mu gisagara ca Bujumbura haribonekeza ubukene bw’utuzu twa surwumwe mu bibanza bihuriramwo abantu benshi. N’utuhari si benshi bafise amahirwe yo kutujamwo kuko...
Kuva aho umugera wa Ebola wigaragarije mu gihugu ca Congo ugahitana abantu barenga 2000, harakozwe ubushakashatsi bwo gukinga ico kiza batako baratora...
Naho ibiharuro vy’abagendana umugera wa Sida vyagiye biragabanuka ku rugero rwiza muri rusangi (vyavuye kubice 6% mu 2002, bija ku 0,9% mu...
Amashirahamwe y’abigenga akorera mu Burundi mu bisata vyo guhingura ingaburo agiye kuja hamwe mu ntumbero yo guteza imbere ico gisata. Vyashikirijwe na...
Amadorari yababa 750.000 y’amanyamerika, ni yo ikigo kijejwe gushigikirana ca Suède (coopération suédoise), kibicishije mw’ishirahamwe ‘BioInnovate Africa programme’ kigiye gushigikiza umugambi wo...
Mu gihe buri wa 15 gitugutu uko umwaka utashe hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe gukaraba iminwe n’amazi meza n’isabuni, Uburundi bwaramutse buwuhimbaza kuri...
Naho hacibonekeza abana barwara indwara zituruka ku gufungura nabi, ivyo na vyo bikaba kenshi biva ku bukene canke ku kutamenya kw‘abavyeyi kw’ukugene...
Kw’igenekerezo rya 29 Nyakanga buri mwaka, isi yose irahimbaza umunsi wahariwe umutima. Uwo munsi ushitse havurwa ibice bishika 31% vy’abantu bapfa ku...
Indwara z’amaraso avura mu mitsi (« thromboembolie ») zirica abantu benshi cane mu Burundi, biturutse ku kuntu zititaweho bikwiye kugira zishobore gukingwa,...