Mu mezi 2 ari imbere, imivyaro y’igiterwa « Artemisia » iri hagati y’imiriyoni 5 na 10 izoba imaze gukwiragizwa mu gihugu nk’uko...
Bubicishije mw’ishirahamwe mpuzamakungu rikurikirana amagara y’abantu kw’isi OMS, Ubumwe bw’ibihugu vya Buraya bwatanze kuri uwu wa 3 Nyakanga imfashanyo y’amahera angana n’ibihumbi...
« Abantu bapfa bahitanwe n’indwara ya malaria baragabanutse gushika ku rugero rurenga ibice 50%, umugera w’indwara ya Ebola wahagurukiwe bikwiye, eka n’abantu 235...
Inyuma y’aho bigaragariye ko hakiri abanyagihugu batinya kuja ku mavuriro kwipimisha umugera wa Sida, ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu mugambi wabwo w’ukugwanya ikiza...
Mu gihe indwara ya Ebola isa n’iyibangamiye igihugu kibanyi ca Congo, kuri uwu wa 20 myandagaro, icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu c’Uburundi...
Umuriyoni w’amafaranga y’amanyamerika, ni wo igihugu c’Ubuyapani kigiye gukoresha mu kiringo c’amezi 11, aho kigiye gukorana n’ikigo gitanga imfashanyo z’ibifungurwa (PAM), mu...
Mu rukuririkirane rw’ivyo tubandanya kubashikiriza bitandukanye biri mu Burundi, ikinyamakuru Jimbere caragize amatohoza ngo kimenye neza congere kibashikirize n’ibindi bijanye n’inyifato y’abakenyezi...
Ingaruka z’inzoga ku bagabo no ku bagore si zimwe. Ivyo ntivyemezwa n’ikinyamakuru Jimbere kuko nta bubasha kibifitiye ariko ni abahinga babinonosoye batugira...
Mu gihe ngo haheze indwi zibiri zirenga hibonekeza ubukene bw’udukingirizo mu bibanza busanzwe budandarizwamwo mu gisagara ca Bujumbura, bamwe mu rwaruka bakunze...
Abakozi bakorera amashirahamwe ajejwe gusukura igisagara ca Bujumbura baritabariza mu gusaba ababakoresha ibikoresho vyo kwikingira ku mazuru eka mbere bagahabwa n’ibibakingira mu...