Ku bantu 100 baba banduye ikiza c’umugera wa Coronavirus, abashika 2 ni bo bashobora gupfa, na yo 98 bagakira bivanye n’ingene abasoda...
Ibibanza bihuriramwo abantu benshi nk’amavuriro, ibitaro, amashure, ibibuga vy’inkino, ibiro, amasengero, amahoteri, amasoko, uburiro, n’ubunywero, … bibwirizwa gutegekanya ibibanza vyo gukarabiramwo n’amazi...
Kuva aho hambere hahise, umurundikazi yamye akunda kwishariza, akambara utudede mw’izosi, mu kayunguyungu n’ahandi eka mbere yagendana n’ikazanga (amavuta yo kwisiga), yashika...
Abantu batumva neza 465 barituye ikigo « Starkey Hearing Foundation » mu ntumbero yo kurondera ubufasha bw’indwara y’ukutumva neza. Muri bo, abarwayi...
Iyo abagore baheruka kwibaruka bahanurwa guca baza baronsa abana babo neza kandi ku gihe umwana ashakiyeko ibere kuko biri mu buryo bukinga...
Iyo umukenyezi yibungenze akaza arava amaraso mu gihe arangura amabanga y’abubatse ahanurwa guca abihagarika kugira imbanyi ntiveyo canke ngo yandure indwara zifatira...
Naho ivyamwa biboneka nka hose mu gihugu, kubifungura biragoye. Akenshi abahinga mu bijanye no gufungura hamwe n’abaganga barahimiriza abantu gufungura ivyamwa, ariko...
Abatari bake mu rwaruka rw’abahungu,ngo bisiramuza kubw’agakuku canke akosho, abandi na bo bakabigira kuko idini ribibategereza. Muganga Pascal Minani we, amenyesha ko...
Mu gihe hari abavyeyi batari bake biyabira ko bagura imiti iyo bagiye kwibaruka kandi reta yariyemereye ko bazohora bakirwa ku buntu ndetse...
Haraheze ikiringo cababa amezi 2 ata murwayi n’umwe yibonekeza afise ibimenyetso vy’indwara ya Choléra. Ni inyuma yaho ico kiza cibonekeje aha mu...