Abahora biyumvira ko abaririmvyi bacu bakenye ngo ni mugeze aho: buri kwezi binjiza ama miriyoni… Nkuko twabishingiwe intahe na Big Fizzo na...
Mu kiganiro yagiranye na mugenziwe Marvin Lee bakorana kwiradiyo Buja FM, DJ isael yavuze ko yaraye akubiswe n’akagwi gashigikiye Bantuboy gahagarariwe na...
Beef ni bimwe bituma entertainment iryoha. Iyimaze imisi y’anima buja flava, ni iya General Fizzo na Maréchal King Sat-B yerekeye battle bari...
« Le séjour dans l’eau ne transforme pas un tronc d’arbre en crocodile« : kubavuze ivyo, hange ! Satura aje nk’uwushaka kubavuguruza : « Nahora...
Iminsi yariheze ata majambo menshi avugwa kuri ibi bihangange mu muziki. Kuva kuri Primusic iheruka, aho Sat-B yahamagara Fizzo kuri stage ngo...
Inyuma y’aho Olègue azwi nka « Délégué Général » afatiwe n’igipolisi kubera amasanamu y’indirimbo yiwe yerekana inyifato itabereye, ubu na ho wa « muvumbuzi » Landry...