Mu kigo c’i Kiriri ca Kaminuza y’Uburundi, bafise ubwoba ko inyubako igeretse gatatu bararamwo yubatswe mu myaka ya 1950 izohava ibagwako. Ushitse...
Abadandaza bakiranye igishika cinshi iyugururwa ryo kwandika abadandaza bashaka ibibanza mw’isoko ya Venerand yo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, na canecane...
K’uruyu wa 12 no ku wa 19 Nyakanga 2024, mw’isekeza Curijambo haracuzwe amajambo 19 atahora afise uko avugwa mu kirundi kugira ngo...
Ivyo vyashikirijwe na Ferdinand Mberamihigo, umuhinga w’indimi akaba n’umwigisha wa Kaminuza y’Uburundi, yunganirwa na Cyriaque Ntaconzoba, akora mw’ishirahamwe UHACOM rihurikiyemwo abarimyi, hari...
Ikiyago ca kane kur’uwu wa 8 Myandagaro 2024 ca rya sekeza ngarukamwaka Curijambo, cari gihariwe amajambo akoreshwa mu bisata vy’ibikorwa mvabwenge (arts)...
Hari abantu usanga binjiye mu nkundo bakazihebera gushika n’aho iyo bahemukiwe bibagora kwakira mbere rimwe na rimwe ugasanga hari n’abahuye n’ikibazo co...
Ivyo vyashikirijwe na muganga Tania Gahama Ineza asanzwe arongoye ishirahamwe Uzima ryitaho amagara y’abantu, hari mu ndwi igira gatatu ya rya sekeza...
Ivyo ni ivyashikirijwe na Me Simon Sibomana mu ndwi igira kabiri ya rya sekeza ngarukamwaka Curijambo, aho hariko haracurwa amajambo akoreshwa mu...
Ivyo vyashikirijwe na Ferdinand Mberamihigo, umwigisha muri Kaminuza y’Uburundi akaba n’umuhinga mu bijanye n’indimi, kuri uyu wa 18 Mukakaro 2024 mu gihe...