Ni mu Rukeco muri komine Busiga, intara ya Ngozi. Patrice Barutwanayo n’umugwi w’abasore 2 bariko barakora ibidasanzwe mu guhingura amata akunzwe cane...
Wa wundi ngo ishure ryiza rigutegurira kazoza keza, ntiyabeshe. Yarangije kaminuza y’i Ngozi mu gisata cigisha uburimyi no kwitunganiriza imigambi mu 2018....
Bayubahe yatanguriye ku kworora inkoko, ariko yaje kuzigurisha zose yiyororera inkwavu. Ku nkwavu 10 gusa yatanguje ubu afise uruhongore rw’inkwavu 95 kandi...
Ni urwaruka rungana rute rw’abarundi ruzi ibahasha y’amahera y’amarundi arenga imiriyaridi 2 ? Ikigega kijejwe gushigikira no guteza imbere imigambi y’urwaruka «FIGA»...
Ishirahamwe CREOP ryishinze gufasha urwaruka mu kwironderera ubuzi no kwiyungunganya mu ntumbero yo kwiteza imbere, ryaratunganije kuri uyu wa 13 Nzero 2022,...
Narakize S. yari yarubakanye n’umugabo, maze imibano yabo ntiyabandanya , barateba baravana mumwaka w’1998. Iynyishu y’uko agendana umugera wa SIDA mu 2000...
Aimé Mugisha ni umusore w’imyaka 30. Aba mu ntara na komine Kirundo, ku mutumba Runanira ya 2. Yize amashure yisumbuye mu vy’ubuhinga...
Arcade Arakaza, ni umwe muri benshi bashoboye ubworozi bw’inkoko. Uyu yavuye ku nkoko 7 gusa, muri ruheshi 2020, ubu ashitse aho ashobora...
Kw’isoko y’akazi mu Burundi, urwaruka rwamaze amashure ntirukunze kwisangamwo : benshi muri rwo nta bumenyi canke uburambe mu kazi bagira. Baraca hasi...
Mu gihe bari barembejwe n’imiryango, incuti n’abagenzi batukagurwa ngo barutwa n’abatigeze baca ku ntebe y’ishuri kubera bize bakabura akazi ka Reta, Nina...