Mu kigo c’i Kiriri ca Kaminuza y’Uburundi, bafise ubwoba ko inyubako igeretse gatatu bararamwo yubatswe mu myaka ya 1950 izohava ibagwako. Ushitse...
Abadandaza bakiranye igishika cinshi iyugururwa ryo kwandika abadandaza bashaka ibibanza mw’isoko ya Venerand yo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, na canecane...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi aheruka kwugurura icese ikivuko ca Bujumbura casubiwemwo ku buryo bwatanzwe nk’ingabire y’abanyagihugu bo mu Buyapani burenga imiriyaridi 3 z’amafaranga...
Reta y’Uburundi yarahaye uruhusha ishirahamwe ubuka Nation Group rwo kuwubaka ahahoze isoko nkuru ya Bujumburu ahategekanijwe gutunganywa gushasha ngo habe ikibanza gikuru...
Zone ya Buyenzi yo mu gisagara ca Bujumbura yahora irangwamwo uruja n’uruza rw’abariko bakora imiduga, ubu amabarabara amwe amwe arera. Na vya...
Abafise amaparasera mu mahegitari 160 yegereye ingoro y’umukuru w’igihugu, muri karitiye Gasenyi iri mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko imizibukiro bemerewe kuronswa...
Ishirahamwe « Amazi Water » ririko rikora bidasanzwe mu gisata c’amazi mu Burundi. « Ihangiro nuko gushika mu mwaka wa 2028 abarundi bose bazoba baronkejwe...