Inyuma y’imyaka 25 y’ihuriro ryabereye i Beijing, ivyapfundikiwe muri iryo huriro ryabereye i Beijing ku bakenyezi ntivyashizwe mu ngiro. Kugirango babitorere inyishu,...
Mu minsi 16 urwego rw’abashingwamaza mu gisata c’abakenyezi rwamaze rwumviriza, abashikiwe n’amabi afatiye ku gitsina, abashika kuri 3 bahuye n’amabi yo gufatwa...
Nimba abakenyezi b’imboneza bo muri komine Ntega iri mu ntara ya Kirundo barashoboye gutsinda ubwoba bakishira hamwe mu kurangura imigambi, ntivyizanye, ni...
Ibihe vyarahindutse. Aho ha mbere umukenyezi yarazwa ishinga n’ugushira inkono ku ziko gusa. Turi muri kanyosha Rural iri mu ntara ya Bujumbura...
Ubushurashuzi, inda z’indaro, amabi afatiye ku gitsina, ubuhabara, ni bimwe mu bizira bidatinya kugera umutwe ikomine ya Butaganzwa. Naho biri uko, Seconde...
Ku myaka yiwe 50, uwo mukuru w’umutumba wa Bigoma wo muri komine Kanyosha ya rirare, amaze imyaka 15 mu rugamba rwo kugwanya...
Mubajije abenegihugu bo muri komine Butaganzwa yo mu ntara ya Kayanza ico bazi ku mazina nka Emmanuella, Godebert, Seconde canke Daphrose: bazobishura...
Godeberte Sindayigaya, imboneza akaba anarongoye ishirahamwe Gir’umwete, aboneka neza kubw’ibikorwa bw’iryo shirahamwe ryamaze kwishiriraho ihangiro ryo : « Kunywanisha abantu bari mu...
Ni ijisho ry’ishirahamwe Dushirehamwe mu Kanyosha. Uwu rero, ni Donavine Bigirimana, we ahindura ubuzima bw’abapfakazi barenga ijana. Akunda gukora kandi avyiyumvamwo, Donavine...
Inyuma y’amezi 12 aheze batanguye umugambi w’uburongozi bwiza bw’abakenyezi, Kanyosha yisanze irimwo abakenyezi b’imboneza bashobora guhangana n’ingorane ziziziye ikibano cabo. Ni amakuru...