Intara ya Kayanza ifise abantu baharurirwa mu bihumbi amajana umunani, abo bagatuma iyo ntara ija mu rutonde rw’intara zitatu mu Burundi zibamwo...
Mu nyigisho zatanzwe n’amashirahamwe Dushirehamwe na CPAJ mu mpera z’ukwezi kwa nzero, abakenyezi bo mu Bugabira barerekanye ko bipfuza kumenya vyinshi ku...
Médiatrice Mukantara, umwe mu bari mu nyigisho zatunganijwe n’ishirahamwe Dushirehamwe na CPAJ, yashize ku mutima igisata kimuhanze : Ukurwanya umugera wa Sida...
Mu Kayanza, ikibazo co gucikiza kirateje isibe neza na neza muri komine Muhanga. Naho biri uko, hari abakenyezi nka Anitha Nkengurutse, Fabiola...
Benshi bazokubwira ko igwiririkana ry’abantu ryibonekeza mu ntara ya Kayanza ari ingorane ikomeye cane. Kukaba nkako, nta buhumvyi burimwo. Ariko n’ubwo biri...
Imvugo y’uwu mukinyi w’ivyese w’umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: «Abagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari...
Bose bari mu myaka itandukanye, Abakenyezi bo muri komine Nyabiraba baramaze kubona ko kazoza kabo kari mu bikorwa vy’iminwe yabo. Ibi biri...
Alphonsine, Donatien, Helmenegilde ni abakiri bato batatu baboneka mu bikorwa bitandukanye. Babonekera cane mu bikorwa barangurira mw’ikomine yabo ya Rugazi, barabera urundi...
Bose ni abakenyezi bo mw’ishirahamwe Dushirehamwe, bagize umugwi w’intamenwa mu ntumbero yo guteza imbere umukenyezi wo mu Rugazi, kuko umukenyezi wo mu...