Déo Guide Rurema, umushikiranganji araba ibijanye n’ibidukikije yabishikirije m’uruganda rwo kurabira hamwe ivyo korwa mu gukingira inkengera z’ico kiyaga, kuri uwu wa...
Ku mabarabara no mu makanivo atandukanye yo muri komine Mukaza iri mu gisagara ca bujumura, haracibonekeza imicafu itabwa n’abahita baba bafise utuntu...
Muri zone Buterere, iri mu gisagara ca Bujumbura, inzu 6 zarabomotse, imiringoti itwara amazi ya Regideso mu ngo z’abantu irameneka. Imiryango y’abantu...
Ibigunguru 20 vyo gutamwo imicafu (poubelles publiques) bifise agaciro ka 12.000.000 Fbu ni vyo kuri uwu wa 12 Munyonyo vyabaye birashirwa mu...
Ubujorojoro ni ubusa. Ng’iyi ya tariki 8 y’ukwezi kwa 2 ihagarika burundu ikoreshwa ry’utumwanya irageze. Mbega utwo iryo sango buca risanga mu...
Mu ntumbero yo kwitegurira kuvugutira umuti inzige hamwe zotera mu Burundi, reta y’Uburundi ibicishije mu bushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije ihamagarira abanyagihugu kuzozitoragura...
Mu gihe hari hibonekeje ingorane yari yabaye iturutse ku bikono vyakira amazi avuye muri Tanganyika yatuma amazi atarengana neza, Muri Regideso barahumuriza...
Mu gihe hibonekeza ukutabona kumwe uburimbi butandukanya amakomine n’ayandi canke igisagara ca Bujumbura (Mairie) n’ayandi makomine bihereranye yo mu ntara ya Bujumbura...
Amezi 4 niyo asigaye ku kiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo ntihagire akamwanya kazoba kacibonekeza mu gihugu. Ni mu gihe amashirahamwe akora ibitekezo...
Imishinge y’impangu za bamwe mu baba muri karitiye kibenga rural zibaditse ku nkombe y’ikiyaga Tanganyika kandi n’ izindi zibandanya zihaduzwa. Naho biri...