Bamwe mu bagwizatunga basanzwe barangurira hanze ubumwanya ntibishimiye ingingo yaraye ifashwe n’ubushikiranganji bw’ibidukijije, uburimyi n’ubworozi ihagarika burundu iyinjizwa ry’ubumwanya kuva kuwa 22...
Kuva ku mugoroba wo kuri uyu wa kane kw’igenekerezo ryo ku wa 18 mukakaro, gushika mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu,...
Abanyagihugu bo ku Mugoboka ya mbere barahagaritswe umutima n’ikimanga kidasanzwe giheruka kwaduka aho hantu. Carimburuye ibarabara, amazu y’ abantu asa n’ayahagaze kuri...
Inzu zababa 11 ziramaze kubomoka biturutse ku mugaga munini uva mu kuzimu, ingo 36 zisabwa kuva i Nyamanogo iri muri karatiye Winterekwa...