Ku ncuro igira 4, Uburundi bugiye kugira ibarura ry’abenegihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi. Kuri uyu wa 16 Myandagaro 2024, abashikiranganji barafashe iyambere mu...
Uburimyi n’ubworozi ni imyuga igoye kuko ihura n’ingorane nyinshi ziturutse ku bitungwa bipfa, imirima yononekara, ibiciro n’uburyo bwo kubaho bikagabanuka cane ku...
Mu gihe havugwa iyakirwa ridasanzwe ry’umuririmvyi azwi kw’izina rya The Ben ava mu gihugu c’Urwanda, yari aje mu giteramo co kuri uyu...
Ikigo kijejwe gukingira agateka k’abahinga mvabwenge n’ivyo bahingura mu Burundi OBDA kigiye kuza kiritwaza inyamiramabi kigiye kugiriranira amasezerano n’abantu bakoresha ibikorwa mvabwenge...
Umuntu ataragwa mu mutego w’abafungakiwani bo mu gisagara ca Bujumbura aguma yibwira ko Buja ari nziza, isayangana. Igishingatahe ca Annie*, umwigeme wo...
Ibice 94% vy’amazi akoreshwa mu gisagara ca Bujumbura ava mu kiyaga Tanganyika. Inyubako z’ayo mazi zubatswe mu mwaka wa 1985 zari zagenewe...
Muri RDC, kw’igenekerezo rya 10 Nyakanga indege yo mu bwoko bwa Antonov 28 niho yava ku kibuga c’indege c’ahitwa Kavumu ija i...
Kuri uyu uwa mbere uheze igenekerezo rya 12 Nyakanga 2022, harabaye amatora y’abahuza bo ku mitumba mu Burundi bwose. Intumbero yayo ni...
Abarundi naho badandaza ngo ntibazi gucungera ubutunzi bwabo.Ubuyobozi bwa komine Mukaza bubasaba gufata ingingo ruhashwa kugira bacungere ubutunzi bwabo. Mu ntumbero yo...