Reta y’Uburundi yarahaye uruhusha ishirahamwe ubuka Nation Group rwo kuwubaka ahahoze isoko nkuru ya Bujumburu ahategekanijwe gutunganywa gushasha ngo habe ikibanza gikuru...
Uwatanguje ikigo Centre Jeunes co mu Kamenge yararengutse itariki 27 Mukakaro 2024 mu Butaliyano aho yarasanzwe aba. Ni iki caranze uwo mupatiri...
Kumenya hamwe nogutahura ivyiyumviro v’y’uwundi ni kimwe mubirwanya amajambo abiba urwanko hagati y’imirwi itandukanye. Ivyo bishikirizwa na Alexis Ndayizigiye, umuhinga mu vy’inyifato,...
Gukoresha imvugo zo kwagirizanya kenshi biba bifise ivyo bihishije. Acher Niyonizigiye, umwigisha w’ivyirwa vy’uburongozi hamwe n’ibindi bijanye navyo, aratuyagira bimwebimwe muri ivyo…...
Ni iki gituma abantu badashaka kuvuga ukuri, bagahitamwo kwinumira kubijanye na kahise kabi igihugu caciyemwo? Evariste Ngayimpenda, umwigisha muri kaminuza yanonosoye ivya...
Muri RDC, kw’igenekerezo rya 10 Nyakanga indege yo mu bwoko bwa Antonov 28 niho yava ku kibuga c’indege c’ahitwa Kavumu ija i...
Iki, gitwarwa mu Bushikiranganji bw’Ubutunzi, gifise inzego zibiri ari zo : inama nyobozi yashizweho ku wa 21 Mukakaro 2021 hamwe n’igisata kijejwe...
Uburundi buramaze imyaka atari mike buhura n’ikibazo c’ibura ry’akazi rirenze ku rwaruka. Ivyo rero ngo biva ku kuntu inyigisho abarondera akazi bahabwa...
Kumota nabi, kugira ibintsintsiri vyacitse imvutu… ni bimwe mu vyerekana ko umuntu arwaye ingwara zifatira ku birenge. None vyoba biva kuki? Twovyirinda...
Mushobora kuba musangiye ubuzima, canke mubana munzu canke bigufasha kwirinda abasuma, ariko bitabungabunzwe neza, ibikoko vy’ibitungano biri mubikwiragiza ingwara. “Ico gihe twari...