Mu gihe akazuba gapfa kwaka (été) abantu bakuzura mu mashamba yo kuruhukiramwo (parcs) n’inkengera z’ibiyaga (beach) kwirira ubuzima, hari abandi uruhigi ruba...
Abahora biyumvira ko abaririmvyi bacu bakenye ngo ni mugeze aho: buri kwezi binjiza ama miriyoni… Nkuko twabishingiwe intahe na Big Fizzo na...
Vincent Mbazi yabaye uwa mbere muri Concours National yo mu 2016 yiga i Makamba akaba yaciye aja kubandaniriza i Bururi aho ahejeje...
Mu gihe ikiringo c’amezi 18 yahawe kizorangira kuri uyu wa 4 Gitugutu adakoresheje amatora abamwizeye bari bamutumye, induru zirasubiriye gusekera hagati ya...
Mu gihe yari asigaje ukwezi kumwe gusa ngo ikiringo yahawe co kurongora Amicale des Musiciens du Burundi vy’imfata kibanza ngo kirangire, Freddy...
Label ya Bantu Bwoy, uyu munsi, ni yo iriko iravugwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivyo bikaba biterwa n’ukuntu bamwe na bariya bakiriye...
Mu kiganiro yagiranye na mugenziwe Marvin Lee bakorana kwiradiyo Buja FM, DJ isael yavuze ko yaraye akubiswe n’akagwi gashigikiye Bantuboy gahagarariwe na...
Beef ni bimwe bituma entertainment iryoha. Iyimaze imisi y’anima buja flava, ni iya General Fizzo na Maréchal King Sat-B yerekeye battle bari...
Muti kuki ico kibazo? Haraheze nk’ikiringo c’ukwezi Sygepebu na Sepeduc, ama syndicats y’abigisha atari mu runani mpuza ma syndicat Cossesona, abicishije ku...
Mu gihe abandi banyeshure batanguye igice ca kabiri kuri uwu 6 nzero 2020, abo kuri Ecofo Winterekwa bobo ntivyakunze ko batonda mw’ishure....