Mu rugamba rwo kugwanya umugera w’indwara ya Ebola mu Burundi, harateguwe abaganga bashizwe mu bibanza 21 biri ku mbibe zegeranye n’ibihugu bibanyi,...
Uko umwaka utashe kw’igenekerezo rya 26 munyonyo, amakungu arahimbaza umunsi wahariwe abana bo mw’ibarabara. Uno mwaka bihuriranye aha mu Burundi Reta yarashizeho...
Abana bava mu mihingo itandukanye y’igisagara ca Bujumbura bari bakubise baruzura ku kibuga c’umupira w’amaguru kiri kw’ishure ryisumbuye ry’ubuhinga ETS Kamenge mu...
Igenekerezo rya 20 munyonyo ry’uwu mwaka, rihuriranye n’imyaka 30 irangiye hemejwe amategeko mpuzamakungu yubahiriza agateka k’abana. Ku bw’ivyo, Uburundi bwifadikanije n’ibindi bihugu...
Vyaraye bibaye kuri uwu wa 9 Munyonyo aho abasore Daniel Kibamba, Don Kevin Habonimana na Hervé Ndayishima baronswa udushimwe kubw’ibicapo vyabo vyayaze...
Mu gihe buri wa 15 gitugutu uko umwaka utashe hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe gukaraba iminwe n’amazi meza n’isabuni, Uburundi bwaramutse buwuhimbaza kuri...
Muri uwu mwaka w’ishuri wa 2019-2020, ibitigiri vy’abanyeshuri vyitezwe bo mu mashuri shingiro n’ayayakurikira birenga 3 000 000. Aho harimwo abashika 2 900 000...
Bubicishije mw’ishirahamwe mpuzamakungu rikurikirana amagara y’abantu kw’isi OMS, Ubumwe bw’ibihugu vya Buraya bwatanze kuri uwu wa 3 Nyakanga imfashanyo y’amahera angana n’ibihumbi...
Mu Buterere, zone iri mu gisagara ca Bujumbura, hibonekeza igitigiri kinini c’abana bo mw’ibarabara kubera utwo batoratora mw’iyarara riri muri iyo zone....