Amezi atatu ararangiye umukuru w’igihugu c’Uburundi ashizeho umugambi PAEEJ, umugambi ufise ihangiro ryo gushigikira urwaruka ruheza amashure yarwo kugira ngo rushobore kwibeshaho...
Kw’isoko y’akazi mu Burundi, urwaruka rwamaze amashure ntirukunze kwisangamwo : benshi muri rwo nta bumenyi canke uburambe mu kazi bagira. Baraca hasi...
Mu gihe bari barembejwe n’imiryango, incuti n’abagenzi batukagurwa ngo barutwa n’abatigeze baca ku ntebe y’ishuri kubera bize bakabura akazi ka Reta, Nina...
Côme Nahimana, ni umwe mu rwaruka rwitahuye. Kwicara ata co ariko arakora yabigize umuziro. Uyu, yahisemwo kuba umurimyi-mworozi, ku buryo n’urundi rwaruka...
Elvanie Ntahizaniye (uyo yambaye impuzu y’icatsi kibisi kw’ifoto), imyaka 33, aba ku musozi Mugege, komine Butaganzwa, mu ntara ya Ruyigi. Ubuzima bumaze...
Mu gihe urwaruka rwinshi rurindira akazi ruhawe na Reta, Jean Marie Nizigiyimana we yahisemwo kugaha abandi. Uyu ni umuyabaga w’imyaka 35. Aba...
Nta nkeka ko bamwe bibuka ibiteramo vy’urwaruka rwitunganiriza imigambi vyagiye biraba hirya no hino mu gisagara ca Bujumbura kuva mu 2018. Bwari...