Hari ibintu vyeze mu bisagara. Urumbanza rwo mu muryango utarimwo abakobwa bafise ubwiza bwo ku mubiri, baryosha amafoto, rukorwa n’abakobwa bakoteshejwe, kugira...
Mu bucagucagu bwo kuruyu wa 19 munyonyo, ibara ryaguye aho umushingantahe yacumise umugore wiwe, amuziza ko yoba afise uwundi mugabo, nawe aca...
Mu Burundi, ibiharuro bihari vyerekana ko ibice 6% vy’ingo ata misarani zifise. 94% na zo zirafise imisarani ariko ntibereye, ingo 16% gusa...
Gutera intobo vyakorwa n’abatama ba kera. Ntikwari ukuzitera mw’ivu. Bazinuga abakazana babo nk’ikimenyetso c’uko bipfuza ko bayaga akayago k’abakuze (baryamana). Uwo mugenzo...