Mu gihe hariko harahimbazwa umunsi mpuzamakungu w’umwana w’umunyafirika kuri uyu wa 16 Ruheshi, agendera abana bo muri Site Sobel mu Maramvya, umushikiranganji...
Itariki 12 Ruheshi, ni umunsi mpuzamakungu wahariwe kugwanya akazi ku bana. Mu Burundi, bivuye ku mvo zitari nke, abana bakora ubuzi bw’abakuze...
Urwaruka rugeze mu bigero rurahangana n’ibibazo bitari bike, haba ivy’imyaka rugezemwo, amashure, hamwe n’ukwiyumvira ibijanye na kazoza. Nubwo ishure riza imbere, harakenewe...
Bivanye n’ubuzima bwo mu mihingo imwe imwe ya ruguru budakunze kworohera abana ku bijanye no kwiga ngo atere imbere, abafise amahirwe yo...
Ico kigo kiri muri komine Nyabihanga, intara ya Mwaro, catanguye gukora mu kwezi kwa Nyakanga 2020 kikaba gifasha abana b’impfuvyi hamwe n’abana...
Abana bavukana impano zidasanzwe baribonekeza mu kibano, ariko kenshi ntibafatwa mu mugongo kugira bateze imbere izo ngabirano, mbere bakanabitukwa ngo bibabuza gukurikira...
Hamaze iminsi havuka abana bafatanye bavukira mu bitaro bitandukanye vyo mu Burundi. Hari abavukiye mu bitaro vyo muri komine Gisuru, abandi muri...
Bivuye ku gushaka kw’abavyeyi, abana b’abahungu baragenyerwa, rimwe na rimwe mbere bakiri inzoya, ibishika bakagira utubazo bivuye ko umubiri uba utaragera kwakira...
Abakenyezi bibungenze bangana ibice 57,3% ni bo bonyene bitabiriye igice ca mbere c’isekeza ry’indwi yahariwe amagara meza ku muvyeyi n’ikibondo ryabaye mu...
Mu gihe hari abavyeyi batari bake biyabira ko bagura imiti iyo bagiye kwibaruka kandi reta yariyemereye ko bazohora bakirwa ku buntu ndetse...