Wizeyimana Roland, umutama w’imyaka 69 agenda arazunguruka intara z’Uburundi ajisha yongera agurisha inderuzo ku bazikeneye. Inderuzo imwe ayigurisha amafaranga y’amarundi ari hagati...
Ku mugoroba wo ku wa 28 Nzero, mu nyubakwa za Van Beach Resort, haruguruwe icese urubuga rwo kubika no kubikura, kurungika no...
Uburundi buri mu bihugu bifise urugero rw’abakoresha ibisata vy’amabanki rukiri hasi, ku muga-bane wa Afirika (ibice 20%). Amakoperative yo arahagirira ibibazo. Biri...
Mu gihe kw’isi yose, igenekerezo rya 21 Ndamukiza ryahariwe abantu bafise ivyo batangunje bishasha (créativité et innovation). No mu Burundi hariho abashoboye...
Guhera mu mpera z’umwaka wa 2020, haratanguye umurindi wo gushinga amatara abonesha mw’ijoro mu ma zone amwe amwe y’umugwa mukuru w’ubutunzi. Hihwejwe...
Ni imashini yo mu bwoko bwa HP Indigo, isohora ibitabo vyo gushiramwo amafoto «album», hamwe n’amafoto, vyiza kandi mu mwanya muto, yazanywe...
Mu banywanyi ba Regideso agashavu karaniga. Inyuma yaho uburyo bwo kugura umuyagankuba biciye mu nzira ya Payway buhagarikiwe kw’igenekerezo rya 5 Kigarama...
Mu bisanzwe ukwezi kwa kabiri kwahora kugira iminsi 28, ariko uwu mwaka kwagize 29. Ivyo vyaheruka gushika muri 2016 bikaba ndetse bizosubira...