Ku murwa mukuru mushasha w’Uburundi, ivoka ni irya mbere. Ni icamwa gifungurwa n’abantu benshi baba abo mu gisagara canke abo mu mitumba....
Imfungurwa z’umurundi wo hasi, wo mu mitumba ya kure nka za Muruta, Bugabira, Cankuzo canke Giheta zitandukaniye ku tuntu duto. Bakunda gufungura...
Ishirahamwe Care Burundi ryaratunganije kuri uyu wa 12 kigarama,mu gisagara ca Bujumbura, uruganda rw’umwihwezo w’ivyitegererezo vya Care, mu mugambi wiswe «win-win» twuzuzanye,...
Ni umwe mu vyitegererezo vya Komine Mubimbi bivuye ku kuba yarashoboye gukora isamirizi mu mwaka wa 2017, isamirana ku birometero 16. Ku...
Bahagarikiwe n’ishirahamwe APFB, abenegihugu bo muri komine Mubimbi bagizwe ahanini n’urwaruka barasibuye ibarabara rifise uburebure bureha n’ibirometero icenda, mu ntumbero yo kurangura...
Mu nyigisho zatanzwe n’amashirahamwe Dushirehamwe na CPAJ mu mpera z’ukwezi kwa nzero, abakenyezi bo mu Bugabira barerekanye ko bipfuza kumenya vyinshi ku...
Médiatrice Mukantara, umwe mu bari mu nyigisho zatunganijwe n’ishirahamwe Dushirehamwe na CPAJ, yashize ku mutima igisata kimuhanze : Ukurwanya umugera wa Sida...
Mu Kayanza, ikibazo co gucikiza kirateje isibe neza na neza muri komine Muhanga. Naho biri uko, hari abakenyezi nka Anitha Nkengurutse, Fabiola...
Imvugo y’uwu mukinyi w’ivyese w’umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: «Abagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari...
Umurimyi w’imboga akaba anaserukira amashirahamwe y’abadandaza imboga n’ivyamwa i Nyabiraba, Benjamin akorana inguvu mu guhimiriza urwaruka kwijukira gukorera mu mashirahamwe kandi rugateza...