Hibaruka babiri, mugabo ku munsi wa rwo, aho umukenyezi ashikana ikibondo, abashingantahe bavyifatamwo ugutandukanye. Mu gihe kw’itariki 5 Rusama ari umunsi mpuzamakungu...
Birakunze kwidogwa, ko abakenyezi bibagora gukoresha amahera, mbere benshi ngo bakama bateze amaboko abagabo, n’aho boba bafise ibibinjiriza. Icibagiwe co ngo ni...
Ngo «Indero iva hasi», kandi «umuntu amenya ico yabariwe». Abavyeyi barakunze guhura n’ibibazo bibagora kwishura, aho abana bakiri bato bakenera kumenya vyinshi,...
Itariki 4 Ntwarante, ni umusi mpuzamakungu wahariwe ubuvyibuhe burenze urugero – « obésité ». Ikaba ari indwara inatuma haza urukurikirane rw’izindi ndwara,...
Ishure ry’akarorero ryo mu Ngagara ryaramuye kuri uyu wa mungu 17 nzero, abanyeshure 50, bakaba aribo batanguriye amashure y’akarorero mu Burundi bwose,...
Ku matariki 21 na 22 Kigarama 2020, ishirahamwe mpuzamakungu Cordaid ryaratanze ingabire y’amakinga ku rwaruka 48 ruri mu ntara 8 isanzwe iranguriramwo...
Umusi mpuzamakungu wahariwe abagendana ubumuga uhimbazwa itariki 3 za kigarama, kw’isi yose. Mu gihe abo bagendana ubumuga bakenera kwibeshaho, mbere bagatunga imiryango,...
Mu bucagucagu bwo kuruyu wa 19 munyonyo, ibara ryaguye aho umushingantahe yacumise umugore wiwe, amuziza ko yoba afise uwundi mugabo, nawe aca...
Mu gihe umwaka w‘ishure watanguzwa n‘umushikiranganji w‘indero kuri uyu wa mbere kw’ishure ry‘akarorero ryo mu Rusengo, mu ntara ya Ruyigi, kari n’akaryo...
Ngozi ni igisagara ca gatatu mw’iterambere aha mu Burundi inyuma y’igisagara ca Bujumbura na Gitega. Abashaka gufungura ntibavunika iyo bari mu gisagara...