Imvugo y’uwu mukinyi w’ivyese w’umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: «Abagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari...
Bose bari mu myaka itandukanye, Abakenyezi bo muri komine Nyabiraba baramaze kubona ko kazoza kabo kari mu bikorwa vy’iminwe yabo. Ibi biri...
Ni umwe mu runganwe batangarira muri komine Rugazi. Yarasubiyemwo wenyene igitarurwa gica hejuru y’uruzi Cogo. Ibi biri mu mubonano ikinyamakuru Jimbere cagiranye...
Alphonsine, Donatien, Helmenegilde ni abakiri bato batatu baboneka mu bikorwa bitandukanye. Babonekera cane mu bikorwa barangurira mw’ikomine yabo ya Rugazi, barabera urundi...
Turi i Ngozi isaha zibiri z’ijoro, hagati na hagati mu kwezi kwa mukakaro. Mu gihe abanyeshure bo muri Kaminuza bariko baraheraheza ibibazo...
Iyo yasohokanye n’abagenzi, Leslie arihereza amacupa atatu canke ane. Naho akiri umuyabaga, ntibimubuza kwirenza amacupa atari make mu bunywero. Leslie*, ku myaka...
Ku myaka indwi gusa! Espérance niho yatangura gusoma ubwa mbere ku nzoga bita Camudiho, iyo nayo ni imwe mu nzoga zengerwa hagati...
Sururu Dorufu umuhinga mu bijanye n’inyigisho mbagarabwenge abona yuko naho uguharika bivugwa cane mu kiyaya c’Imbo kubera igiterwa c’umuceri, uwo mugenzo mubi...
Ku myaka yiwe 24 itarenga ntirenguke, Niyongere Nosiyata n’ikibondo i mugongo yisanze ari umuhabara atari abizi. « Igihe umugabo tubana ambwira ko asanzwe afise...
Kuryamana n’umwigisha wawe kugira ngo uronke amanota meza, ni uburyo abanyeshure bamwe batoye. Biriyamirizwa naho bigoye kuranduranwa n’imizi. Abayobozi ntibiyobagiza ko iyo...