Gusaba imbabazi hagati y’ibihugu vy’Ubudage na Tanzaniya, Ikurwaho rya Visa ku banyafrika binjira mu #Rwanda, amatora mu gihugu ca Kongo, ni amwe...
Muri RDCongo, abasoda ba Monusco b’abanya Afrika y’epfo barirukanywe bagirizwa ubusambanyi. Muri Kenya naho bati hagire ibihugu bikora gishingantahe birihire ibihugu vy’Uburundi...
Muri Uganda, imiti yo gufufahaza umugera wa Sida yaragaburiwe ingurube n’inkoko kandi ngo bishobora kugira ingaruka ku magara y’abafunguye inyama z’ibikoko vyayiriye....
Uganda: integuro y’itegeko rigenga amafaranga ya Reta rizosubirwamwo inyuma y’ibihano vy’ibanki y’isi Kubera gushiraho ibihano bishobora kugera ku munyororo wo guherayo ku...
Muri Kenya, umupatiri yaritabiye Imana mw’ihoteri yari yararanyemwo n’umugore bagendana. Sudani y’epfo yarahimbaje isabukuru y’imyaka 12 yikukiye. José Chameleone na we yaragwaye...
Mu gihe yari yiteze gushikiriza ijambo ku baganda, Museveni yandurutse afatwa na Covid19. Nayo abanyakenya bagiye kuzoshora ibidandazwa vyabo i Buraya ata...
Igihugu ca Kongo carahagaritse ingendo z’indege z’ishirahamwe RwandAir zigira muri ico gihugu, i Namugongo aho bibuka abamaratiri b’i Buganda, bose ntibari bazanywe...
Yashinzwe canecane kugira ishigikire imigambi y’urwaruka, hambavu yuko ari ibanki y’ubudandaji. Ibanki yo gushigikira imigambi y’iterambere mu rwaruka BIJE, ubu iri ku...
Abakora akazi ko kwunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga mu gisagara ca Bujumbura ubuzima ntibuboro-hera. Mu gihe baba bavuye ruguru bazi ko baje...
Reta y’Uburundi, mu mugambi wo kwiteza imbere, ya-hamagariye abanyagihugu kuja hamwe kugira batorere in-yishu ku bibazo bafise, na cane cane baronke ivyo...