Inyuma y’ukwo atakigiye muri Kongo, Papa arasaba imbabazi abanyekongo, Denis Mukwege ati ibiriko biraba muri Kongo ntibitandukanye n’ibiriko biraba muri Ukraine, Tanzaniya...
Ubwoba bwa Ebola muri RDC, umushikiranganji w’imicokama n’akaranga yakuwe mu Rwanda… Hagiye gucukurwa igitoro kitari gike muri RDC Ubushikaranganji mu vyo bujejwe...
Amezi atatu ararangiye umukuru w’igihugu c’Uburundi ashizeho umugambi PAEEJ, umugambi ufise ihangiro ryo gushigikira urwaruka ruheza amashure yarwo kugira ngo rushobore kwibeshaho...
Uburundi buri mu bihugu bifise urugero rw’abakoresha ibisata vy’amabanki rukiri hasi, ku muga-bane wa Afirika (ibice 20%). Amakoperative yo arahagirira ibibazo. Biri...
Mu ntumbero ya Reta y’Uburundi amakoperative afatwa nk’inzira y’ugushika kw’iterambere rirama. Ariko kugira ngo ivyo bikunde bisaba inguvu n’ivyiyumviro vya benshi kugira...
Naho umwitwarariko w’amakoperative uri ku murindi udasanzwe, amakoperative aracafise intambamyi yo guhamvya uburyo bukenerwa mu ntumbero yo kwiteza imbere. Muti none araheza...
Umuceri n’igiterwa gikomeye mu Burundi, ntasubirizwa mu vyo abantu bafungura buri munsi. Ico gifungurwa kikaba kiza ku mwanya wa kabiri nyuma y’ibiharage...
Urunani rw’amakoperative Mutoyi rugizwe n’amakoperative 8 rwavutse mu 1980. Gushika uno munsi, urwo runani rwarubatse izina haba ku rwego rw’igihugu eka no...
Mu kiganiro caremeshejwe na Audace Niyonzima, komiseri mukuru w’ikigo kijejwe gutoza amakori n’amatagisi OBR, kuri uwu wa 2 Ruheshi, yamenyesheje ko hatewe...