Kenya : icikagurika ry’umuyagankuba ryatumye bamwe mu ndongozi bakomborwa. Tanzania : havugwa ibiturire mu mugambi w’ibarabara ry’indarayi. Umukuru w’igihugu c’Urwanda avuga ko...
Muri Uganda : « Rolex » yaduze igiciro. Imodokari 3 zarahiye ziratokombera mw’isanganya ry’umuriro mu Rwanda. Muri Kenya, abantu 6 barahitanywe n’imyiyerekano yo kwiyamiriza iduga...
Ng’izi inkuru nkurunkuru zivugwa mu karere kur’uyu wa 08 Rusama 2023, zatororokanijwe n’Uruganda rwa Jimbere Umukenyuro wa Tanzaniya ni gukorana n’imigwi ikina...
RDC : Hagiye gushirwaho ikigo kijejwe kwegeranya uburyo bwo kugarukira abakorewe amabi afatiye ku gitsina bivuye ku ntambara Ivyo bikaba vyateweko umukono n’inama...
RDC: abashingamateka ngo bahembwa ibihumbi 21.000 vy’amadorare ku kwezi Vyavuzwe n’umwe mu batavuga rumwe na Reta iharanira demokarasi ya Kongo, Martin Fayulu...
Kwiyamiriza abasoda ba MONUSCO biguma bihitana abantu muri RDC Abantu batatu barishwe barashwe ku musi w’Imana 31/07/2022, mu karere ka Beni, ku...