Abantu benshi tuzi ko gufungura neza ari ukwama turiko turarya inyama za buri mwanya, inkoko, imicopo, amafariti n’ibindi. Eka mbere niyo tubonye...
Abantu bifise bo mu gisagara ca Bujumbura, bakunda kunywera akayi no gufungurira mu mazu y’uburiro agezweho kuko ariho usanga hatekanye kandi hasa...
Amashirahamwe menshi yaba aya Reta canke mpuzamakungu aheruka gushira ahabona ibitigiri vyerekana ko mu Burundi hari ikibazo co gufungura nabi. Ikibazo co...