Mu gihe ikiringo c’amezi 18 yahawe kizorangira kuri uyu wa 4 Gitugutu adakoresheje amatora abamwizeye bari bamutumye, induru zirasubiriye gusekera hagati ya...
Label ya Bantu Bwoy, uyu munsi, ni yo iriko iravugwa cane ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivyo bikaba biterwa n’ukuntu bamwe na bariya bakiriye...
Mugihe video y’umusaraba w’urukundo iriko irabica bigacika kuma réseaux sociaux, umuryango wa Jean Berchmans Hakizimana, yanditse yongera aririmba iyo ndirimbo usaba ko...
« Sister aliniangusha sans blague » Iyo niyo nyishu Guilain aba mu Kanyosha yishuye abajijwe uko yakiriye indirimbo ya Laurette Tetero, uwatsindiye Primusic 2019....
Ejo hahise, rya higanwa ryari rimaze amezi atatu rigosora imiyabaga ifise ingabirano kuruta iyindi mu kwikora mu gahogo yararangiye. Umwigeme Laurette Tetero...
Kw’igenekerezo ry’7 Mukakaro 2019, umuririmvyi Théophile Niyukuri azwi kw’izina rya Dudu azoremesha igiteramo arikumwe na bamwe mu baririmvyi rurangiranwa mu ndirimbo zo...
Kw’igenekerezo rya 21 Ruheshi uko umwaka utashe, Uburundi bwama bwifatanya n’amakungu mu guhimbaza umunsi mukuru waharihiwe umuziki. Ivyo biri ukwo mu gihe...