Iyi ni ingabisho yatanzwe na bamwe mu bakorera mu bushikiranganji bw’ubutungane n’ubw’ubudandaji bwari bwaserukiye Reta y’Uburundi mu nama Ibanki Nkuru y’igihugu BRB...
Kuri Donatus Conference Center kuri uyu wa 30 Mukakaro 2025 hari ikiganiro cahuje umugambi PNSR uraba irondoka rijanye n’amagara meza hamwe n’abayobozi...
« Iyo utanguye gutera imbere ukiri muto, haba hamaze kuza abandi bagusumba bashaka kubitwara… ». Mu ntahe ashinga, uyu musore w’umunyamigambi aherutse kurenganurwa n’umukuru...
Ubwo nibwo buzima bw’imwe mu miryango 1025 yomorwa n’amazi mu Gatumba, ubu ikaba iri mw’isite ya Gisagara muri komine Mubimbi, aho imenyesha...
Rimaze gusinywa mu 2022, Reta yari yihaye imyaka ibiri kugira itegeko rishasha rigenga amashirahamwe nyobokamana rije mu mu ngiro, navyo bikazoba kuva...
Ku ncuro igira 4, Uburundi bugiye kugira ibarura ry’abenegihugu, uburaro, uburimyi n’ubworozi. Kuri uyu wa 16 Myandagaro 2024, abashikiranganji barafashe iyambere mu...