Ivyo vyashikirijwe kuri uyu wa 08/08/2025 na Alida Niyongabo arongoye igisata c’inyigisho muri PAEEJ, aho yari yaserukiye umuhuzabikorwa wa PAEEJ ku rwego...
Umurwi wa mbere ugizwe n’urwaruka rw’abanyamigambi basavye aho kudandariza ivyo bahingura mu kibanza kiri hagati mu gisagara ca Bujumbura co kuri « Palais...
Mu ruganda rwahuje abashakashatsi mu gisata c’indero mu ntara ya Gitega mu kurabira hamwe inyigisho zitangwa mu gice ca kane c’ishure shingiro...
Iyo ni intahe ya Lolita Iranezereza, umwanditsi w’igitabu « Renaître chaque Jour » kuri uyu wa 21 Ndamukiza 2025, aho yariko arasabikaniriza abandi ibijanye...
Bamwe mu badandariza mw’isoko ya Kinindo iri muri komine Muha mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura bavuga ko naho bahakorera ari ukubura iyo...
Harashimwa ingingo ya Reta yo gusubiza ibisata bimwe bimwe mu mashure y’uburaro. Yamara, hari ivyankenerwa bisabwa kugira uyo mugambi uranguke neza. Mu...
Urwaruka rutari ruke rwibaza ko mu mibonano mpuzabitsina, abakobwa babemera kubera amasaha menshi bakoze. Ivyo na vyo kugira bikunde bibwira ko gufata...
Abakenyezi n’abigeme bakora urudandaza rutoruto batembereza mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko bibafasha kubaho bativye kandi batisutse mu bushurashuzi. Ariko nubwo biri...